2 Abakorinto 5:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Vy’ukuri, twebwe turi muri iri hema turaniha tukaremerwa kuko dushaka kuryambura, mugabo tugashaka kwambara rya rindi+ ngo umubiri upfa umirwe n’ubuzima+.
4 Vy’ukuri, twebwe turi muri iri hema turaniha tukaremerwa kuko dushaka kuryambura, mugabo tugashaka kwambara rya rindi+ ngo umubiri upfa umirwe n’ubuzima+.