-
Abaroma 7:12, 13Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
12 Rero amategeko ubwayo ni meranda. N’amabwirizwa ni meranda, aragororotse kandi ni meza+.
13 None ikintu ciza ni co catumye mpfa? Habe namba! Ahubwo ni igicumuro. Ivyo vyabaye kugira ngo biciye ku kintu ciza, biboneke ko igicumuro ari co kinzanira urupfu+, ngo amabwirizwa yerekane ko igicumuro ari kibi cane+.
-