1 Abakorinto 2:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Ariko umuntu w’impwemu arasuzuma ibintu vyose+, mugabo we nta muntu n’umwe amusuzuma. Abakolosayi 1:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Ni na co gituma kuva umusi twavyumva, tutigeze tureka kubasengera+ no gusaba yuko mwomenya neza* ivyo igomba ku rugero rwuzuye+, mufise ubukerebutsi bwose n’ugutegera kwo mu vy’impwemu+,
9 Ni na co gituma kuva umusi twavyumva, tutigeze tureka kubasengera+ no gusaba yuko mwomenya neza* ivyo igomba ku rugero rwuzuye+, mufise ubukerebutsi bwose n’ugutegera kwo mu vy’impwemu+,