1 Abakorinto 2:4, 5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Imvugo nakoresha n’ivyo namamaza ntivyarimwo amajambo y’ubukerebutsi anyura, ahubwo vyagaragaza impwemu n’ububasha+, 5 kugira ngo ntimwizere ubukerebutsi bw’abantu, ahubwo mwizere ububasha bw’Imana.
4 Imvugo nakoresha n’ivyo namamaza ntivyarimwo amajambo y’ubukerebutsi anyura, ahubwo vyagaragaza impwemu n’ububasha+, 5 kugira ngo ntimwizere ubukerebutsi bw’abantu, ahubwo mwizere ububasha bw’Imana.