ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 4:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Yezu amwishura ati: «Mvako Shetani! Kuko vyanditswe ngo: “Yehova* Imana yawe ni we utegerezwa gusenga+, kandi ni we wenyene utegerezwa gukorera igikorwa ceranda+.”»

  • Ivyahishuwe 12:7, 8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Haca haduka intambara mw’ijuru: Mikayeli*+ n’abamarayika biwe barwana n’ico gisato, ico gisato na co kirwana kiri kumwe n’abamarayika baco. 8 Ariko ntivyanesheje*, kandi mw’ijuru ntihasubiye kuboneka ikibanza cavyo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika