ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 12:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Petero rero aguma mw’ibohero, mugabo ishengero riguma ritakambira Imana cane ku bwiwe+.

  • Abaroma 15:30-32
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 30 Ndabasavye rero bavukanyi, biciye ku Mukama wacu Yezu Kristu no ku rukundo ruva ku mpwemu, ngo mufadikanye nanje gusenga cane Imana ku bwanje+. 31 Munsengere kugira inkize+ abantu b’i Yudaya batemera, no kugira ngo aberanda b’i Yeruzalemu bazoshime igikorwa ngiye kubakorera+, 32 kugira ngo Imana ibigomvye nzoze iwanyu mfise umunezero, numve nduhuriwe cokimwe namwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika