-
Mariko 12:43, 44Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
43 Yezu aca ahamagara abigishwa biwe, ababwira ati: «Ni ukuri, ndababwiye ko uyu mupfakazi w’umukene yashize mu gasandugu vyinshi kuruta ivyo abandi bose bashizeyo+. 44 Kuko abandi bose bashizeyo ibirenze ku vyo bafise, ariko we mu bukene bwiwe, yashizeyo ivyo yari afise vyose, ivyari kumubeshaho vyose+.»
-