Ivyakozwe 16:23, 24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Bamaze kubakubita inkoni nyinshi, baca babata mw’ibohero maze bategeka umurinzi w’ibohero ngo abacunge neza+. 24 Kubera yari ahawe iryo tegeko, aca abata mu gasho k’indani, ashira ibirenge vyabo mu mpatane z’ibiti.
23 Bamaze kubakubita inkoni nyinshi, baca babata mw’ibohero maze bategeka umurinzi w’ibohero ngo abacunge neza+. 24 Kubera yari ahawe iryo tegeko, aca abata mu gasho k’indani, ashira ibirenge vyabo mu mpatane z’ibiti.