2 Abakorinto 6:4, 5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Ahubwo muri vyose turerekana ko turi abasuku b’Imana+ mu kwihanganira ibigeragezo vyinshi, mu makuba, mu bihe vy’umukeno, mu ngorane+, 5 mu gukubitwa ibimoko, mu gupfungwa+, mu migumuko, mu kubira akuya, mu kurara maso, mu kubura ibifungurwa+,
4 Ahubwo muri vyose turerekana ko turi abasuku b’Imana+ mu kwihanganira ibigeragezo vyinshi, mu makuba, mu bihe vy’umukeno, mu ngorane+, 5 mu gukubitwa ibimoko, mu gupfungwa+, mu migumuko, mu kubira akuya, mu kurara maso, mu kubura ibifungurwa+,