ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 8:23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 Si ivyo gusa, ahubwo na twebwe dufise ivyeze ubwa mbere*, ni ukuvuga impwemu, emwe na twebwe turaniha mu mutima+ mu gihe tukirindiranye igishika kugirwa abana b’Imana+, tukabohorwa imibiri yacu biciye ku ncungu.

  • 2 Abakorinto 5:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Uwaduteguye ku bw’ico kintu nyene ni Imana+, yo yaduhaye impwemu nk’icemeza ibizoza*+.

  • Abanyefeso 1:13, 14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Mugabo na mwebwe mwaramwizigiye aho mumariye kwumva rya jambo ry’ukuri, ya nkuru nziza yerekeye ubukiriro bwanyu. Aho mumariye kwemera, mwarashizweko ikidodo+ biciye kuri we, ikidodo ca ya mpwemu nyeranda yari yarasezeranywe. 14 Iyo mpwemu ni icemeza twahawe imbere y’igihe* c’intoranwa yacu+, kugira ngo abantu begukira* Imana+ babohorwe biciye ku ncungu+, bitume Imana ininahazwa yongere ishemezwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika