Yohani 14:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Vyongeye, ko ngiye kubategurira ikibanza, nzogaruka ndabatware iwanje, kugira ngo aho ndi abe ari ho namwe muba+.
3 Vyongeye, ko ngiye kubategurira ikibanza, nzogaruka ndabatware iwanje, kugira ngo aho ndi abe ari ho namwe muba+.