Kuvayo 19:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Yehova araheza amanuka kw’isonga ry’umusozi Sinayi. Hanyuma Yehova ahamagara Musa ngo aduge kw’isonga ry’umusozi, na we araduga+. Kuvayo 24:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Maze Yehova abwira Musa ati: «Duga aho ndi ku musozi ugumeho. Nzoguha ibisate vy’amabuye nanditseko amategeko n’amabwirizwa uzokwigisha abantu+.»
20 Yehova araheza amanuka kw’isonga ry’umusozi Sinayi. Hanyuma Yehova ahamagara Musa ngo aduge kw’isonga ry’umusozi, na we araduga+.
12 Maze Yehova abwira Musa ati: «Duga aho ndi ku musozi ugumeho. Nzoguha ibisate vy’amabuye nanditseko amategeko n’amabwirizwa uzokwigisha abantu+.»