-
Yakobo 4:1, 2Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
4 Intambara n’imiryano biri muri mwebwe* biva ku ki? Mbega ntibiva ku vyipfuzo vyanyu vy’umubiri biguma birwanira muri mwebwe+? 2 Muripfuza yamara ntimuronka. Mubandanya kwica no kwipfuza ivy’abandi*, yamara ntimuronka ivyo mwipfuza. Mubandanya kurwana no kuryana+. Nta co muronka kubera ko mudasaba.
-