Yohani 17:20, 21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Sinsabiye aba bonyene, nsabiye n’abazonyizera biciye kw’ijambo ryabo, 21 kugira bose babe umwe+, nk’uko wewe Dawe wunze ubumwe nanje, nanje nkunga ubumwe nawe+, no kugira bunge ubumwe natwe maze isi yizere ko wantumye.
20 Sinsabiye aba bonyene, nsabiye n’abazonyizera biciye kw’ijambo ryabo, 21 kugira bose babe umwe+, nk’uko wewe Dawe wunze ubumwe nanje, nanje nkunga ubumwe nawe+, no kugira bunge ubumwe natwe maze isi yizere ko wantumye.