-
Abanyefeso 3:5, 6Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
5 Mu bihe vya kera*, iryo banga ntiryamenyeshejwe abana b’abantu nk’uko ubu ryahishuriwe intumwa nyeranda z’Imana n’abahanuzi bayo, biciye ku mpwemu+. 6 Iryo banga ni iry’uko abanyamahanga bobaye ba samuragwa cokimwe natwe, na bo bakaba ibihimba vy’umubiri umwe+ be n’abasangira natwe wa muhango, mu bumwe na Kristu Yezu biciye ku nkuru nziza.
-