Matayo 6:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Nimwababarira abandi amakosa yabo, na So wo mw’ijuru azobababarira+. Matayo 18:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Ukwo nyene ni ko Dawe wo mw’ijuru azogirira umwe wese muri mwebwe+, nimutababarira bagenzi banyu bivuye ku mutima+.» Mariko 11:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Kandi igihe musenga, mubabarire abandi ikintu cose mwoba mupfa, kugira ngo So wanyu wo mw’ijuru na we abababarire amakosa yanyu+.»
35 Ukwo nyene ni ko Dawe wo mw’ijuru azogirira umwe wese muri mwebwe+, nimutababarira bagenzi banyu bivuye ku mutima+.»
25 Kandi igihe musenga, mubabarire abandi ikintu cose mwoba mupfa, kugira ngo So wanyu wo mw’ijuru na we abababarire amakosa yanyu+.»