Abakolosayi 3:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ariko ubu, mutegerezwa kuvyikunkumura vyose: uburake, ishavu, ikibi+, ugutukana+, kandi ntihagire amajambo ateye isoni+ ava mu kanwa kanyu.
8 Ariko ubu, mutegerezwa kuvyikunkumura vyose: uburake, ishavu, ikibi+, ugutukana+, kandi ntihagire amajambo ateye isoni+ ava mu kanwa kanyu.