Yesaya 11:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ubutungane* buzoba umukaba yambara mu kiyunguyungu,ubwizigirwa na bwo bube umukaba akenyeza mu mafyinga+.
5 Ubutungane* buzoba umukaba yambara mu kiyunguyungu,ubwizigirwa na bwo bube umukaba akenyeza mu mafyinga+.