-
Abanyefeso 5:25-27Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
25 Bagabo, mubandanye gukunda abagore banyu+ nk’uko na Kristu yakunze ishengero akaryigura+, 26 kugira ngo aryeze, aryuhagize amazi biciye kuri rya jambo+. 27 Yabigize kugira ngo ishengero arizane imbere yiwe riri mu bwiza bwakaka, ritagira agatosi canke umunkanyari canke ikintu na kimwe muri ivyo+, ahubwo ari ryeranda kandi ritagira akanenge*+.
-