-
2 Abakorinto 11:8, 9Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
8 Ayandi mashengero narayamariyeko utwayo* ndemera imfashanyo yayo kugira ngo nkorere mwebwe+. 9 Yamara igihe nari kumwe namwe ngakena, nta n’umwe nabereye umuzigo, kuko abavukanyi bavuye i Masedwane bandonkeje ku bwinshi ivyo nari nkeneye+. Emwe, naririnze kubabera umuzigo mu buryo bwose, kandi nzobandanya gutyo+.
-