Ivyakozwe 28:30, 31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Ahaguma imyaka ibiri yuzuye ari mu nzu apanze+, kandi yarakira neza abantu bose baza kumuraba. 31 Yarababwira ivyerekeye Ubwami bw’Imana akabigisha n’ivyerekeye Umukama Yezu Kristu, akavugana umwidegemvyo wose*+ ata kimutangira. Abanyefeso 3:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Ku bw’ivyo, jewe Pawulo, imbohe+ ya Kristu Yezu ku bwanyu mwebwe abanyamahanga . . .
30 Ahaguma imyaka ibiri yuzuye ari mu nzu apanze+, kandi yarakira neza abantu bose baza kumuraba. 31 Yarababwira ivyerekeye Ubwami bw’Imana akabigisha n’ivyerekeye Umukama Yezu Kristu, akavugana umwidegemvyo wose*+ ata kimutangira.