-
Yesaya 53:2, 3Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
2 Azoduga nk’agashami+ imbere yiwe*, nk’umuzi mu gihugu kigadutse.
Nta bwiza butangaje afise, eka nta n’ubwiza buhebuje afise+.
Kandi tumubonye, ukuntu asa ntigutuma tumushima*.
3 Abantu baramusuzugura, bakamwinuba+.
Yari umuntu agenewe gushikirwa n’imibabaro*, kandi azi indwara ico ari co.
Wamenga mu maso hiwe hari hanyegejwe ntituhabone*.
Yarasuzugurwa, tukamubona nk’aho ata co amaze+.
-