Itanguriro 17:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Uko urunganwe rwanyu ruzogenda rurakurikirana, umuhungu wese wo muri mwebwe amaze imisi umunani ategerezwa kugenyerwa+, yaba uwavukiye mu rugo rwawe canke uwo waguze ku munyamahanga atari mu ruvyaro rwawe. Abalewi 12:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Ku musi ugira umunani, uwo mwana azogenyerwa*+.
12 Uko urunganwe rwanyu ruzogenda rurakurikirana, umuhungu wese wo muri mwebwe amaze imisi umunani ategerezwa kugenyerwa+, yaba uwavukiye mu rugo rwawe canke uwo waguze ku munyamahanga atari mu ruvyaro rwawe.