Tito 3:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 kutagira uwo bavuga nabi, kutaba abanyamahane, ahubwo babe abantu batadadaza*+, bama berekana ubwitonzi ku bantu bose+. Yakobo 3:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Mugabo ubukerebutsi buva mw’ijuru imbere ya vyose ntibwanduye+, kandi burangwa n’amahoro+, ntiburenza urugero*+, bwiteguriye kugamburuka, bwuzuye imbabazi n’ivyamwa vyiza+, ntibugira nkunzi+, ntibwiyorobeka+.
2 kutagira uwo bavuga nabi, kutaba abanyamahane, ahubwo babe abantu batadadaza*+, bama berekana ubwitonzi ku bantu bose+.
17 Mugabo ubukerebutsi buva mw’ijuru imbere ya vyose ntibwanduye+, kandi burangwa n’amahoro+, ntiburenza urugero*+, bwiteguriye kugamburuka, bwuzuye imbabazi n’ivyamwa vyiza+, ntibugira nkunzi+, ntibwiyorobeka+.