ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abanyefeso 5:25
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 25 Bagabo, mubandanye gukunda abagore banyu+ nk’uko na Kristu yakunze ishengero akaryigura+,

  • 1 Petero 3:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Namwe bagabo, nimubandanye kubana n’abagore banyu mwisunze ubumenyi*. Mubatere iteka+ mu kubafata nk’icombo kitanganya namwe gukomera, kuko na bo nyene ari ba samuragwa b’ubuzima dukesha ubuntu buhebuje* bw’Imana, cokimwe namwe+. Mubigire kugira ntihagire igitangira amasengesho yanyu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika