Abanyefeso 6:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Namwe ba shebuja, mugume mubafata nk’ukwo nyene, mutabatera ubwoba, kuko muzi yuko Shebuja wabo akaba n’uwanyu ari mw’ijuru+, kandi ntagira nkunzi.
9 Namwe ba shebuja, mugume mubafata nk’ukwo nyene, mutabatera ubwoba, kuko muzi yuko Shebuja wabo akaba n’uwanyu ari mw’ijuru+, kandi ntagira nkunzi.