ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abanyefeso 6:19, 20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Na jewe munsengere kugira ngo ndonke amajambo abereye iyo nteranuye akanwa, nshobore kuvugana ubutinyutsi igihe menyekanisha ibanga ryeranda ry’inkuru nziza+ 20 mbereye umuserukizi+ mu minyororo, no kugira ngo nshobore kuvuga iyo nkuru nziza mfise ubutinyutsi, nk’uko mbwirizwa kuyivuga.

  • Abafilipi 1:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Birabereye rwose ko ndabiyumvirako ivyo mwese, kuko ndabafise ku mutima mwebwe dusangiye ubuntu buhebuje, haba mu munyororo ndimwo+ canke mu kuburanira inkuru nziza no gutuma yemerwa n’amategeko+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika