ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 16:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Muramutse n’ishengero risengera* mu nzu yabo+. Muramutse umuvukanyi nkunda cane Epeneto. Ari mu batanguye kwizera Kristu muri Aziya.

  • 1 Abakorinto 16:19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Amashengero yo muri Aziya arabaramutsa. Akwila na Prisika* hamwe n’ishengero risengera mu nzu yabo+ barabaramutsa bimwe bivuye ku mutima, mwese abigishwa b’Umukama bagenzi babo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika