Abaroma 14:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Uwubahiriza umusi kanaka awubahiriza kugira atere iteka Yehova*. Uwurya na we nyene arya kugira atere iteka Yehova*, kuko akengurukira Imana+. N’uwutarya areka kurya kugira atere iteka Yehova*, kandi na we nyene arakengurukira Imana+.
6 Uwubahiriza umusi kanaka awubahiriza kugira atere iteka Yehova*. Uwurya na we nyene arya kugira atere iteka Yehova*, kuko akengurukira Imana+. N’uwutarya areka kurya kugira atere iteka Yehova*, kandi na we nyene arakengurukira Imana+.