-
2 Abatesalonika 1:11, 12Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
11 Ni co gituma twama tubasengera ngo Imana yacu ibone ko mubereye iteka yabahamagariye+, yongere ikoreshe ububasha bwayo mu gushitsa neza ivyiza vyose biyihimbara n’igikorwa cose mukora mubitumwe n’ukwizera. 12 Ivyo ni ukugira ngo izina ry’Umukama wacu Yezu rininahazwe biciye kuri mwebwe, namwe mwunge ubumwe na we, bivuye ku buntu buhebuje bw’Imana yacu n’ubw’Umukama Yezu Kristu.
-