Abaroma 1:11, 12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Kuko nshashaye kubabona kugira ndabahe ingabire y’ivy’impwemu, ngo mukomezwe mu kwizera, 12 canke riho duhanahane indemesho+ biciye ku kwizera kw’umwe wese, kwaba ukwanyu canke ukwanje. Abaroma 15:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Umwe wese muri twebwe nashimishe mugenziwe ku neza y’uwo mugenziwe, kugira amwubake+.
11 Kuko nshashaye kubabona kugira ndabahe ingabire y’ivy’impwemu, ngo mukomezwe mu kwizera, 12 canke riho duhanahane indemesho+ biciye ku kwizera kw’umwe wese, kwaba ukwanyu canke ukwanje.