2 Abakorinto 1:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Yezu Kristu Umwana w’Imana, umwe jewe na Silivano* na Timoteyo+ twabamenyesha, ntiyabaye «ego» hanyuma ngo abe «oya», ahubwo «ego» yamye ari «ego» ku bimwerekeye.
19 Yezu Kristu Umwana w’Imana, umwe jewe na Silivano* na Timoteyo+ twabamenyesha, ntiyabaye «ego» hanyuma ngo abe «oya», ahubwo «ego» yamye ari «ego» ku bimwerekeye.