-
1 Timoteyo 6:13-15Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
13 Imbere y’Imana, yo izigama ubuzima bw’ibintu vyose, n’imbere ya Kristu Yezu, we cabona yashinze intahe nziza ku mugaragaro imbere ya Ponsiyo Pilato+, ngutegetse 14 kwubahiriza amabwirizwa mu buryo butagira agatosi kandi ata co bunegurwa gushika Umukama wacu Yezu Kristu yerekanywe+. 15 Wa Munyabubasha rudende kandi ahimbawe azokwerekana ukwo kwigaragaza igihe cakwo kigeze. Ni Umwami w’abami baganza, akaba n’Umukama aruta abatwara bose+,
-