ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abakorinto 11:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Mugabo ndatinya yuko ubwenge bwanyu hari ukuntu bwohava bwononekara nka kumwe ya nzoka yaryosharyosha Eva ikoresheje urwenge+, mugasigara mutakiri abantu b’umutima ugororotse kandi batyoroye*, nk’uko bibereye imbere ya Kristu+.

  • 2 Timoteyo 3:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Abo bantu barwanya ukuri nka kumwe Yane na Yambure barwanya Musa. Ni abantu bononekaye rwose mu bwenge, abantu batemerwa n’Imana mu bijanye n’ukwizera.

  • Yuda 10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Mugabo abo bantu baravuga nabi ibintu vyose badatahura vy’ukuri+. Mbere n’ivyo batahura*, nka kurya kw’ibikoko bitagira ubwenge+, babandanya kwihumanya mu kubikora.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika