1 Timoteyo 4:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Mugabo wamirire kure za nkuru z’ikinyoma zitukisha Imana+, nka zimwe zivugwa n’abatamakazi. Ariko wimenyereze ufise intumbero yo kwihebera Imana. 2 Timoteyo 4:3, 4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Kuko hazoshika igihe aho abantu batazokwihanganira ya nyigisho ngirakamaro*+. Ahubwo bazokwisunga ivyipfuzo vyabo bironderere abigisha babagaza amatwi*+. 4 Bazokwica amatwi ngo ntibumve ukuri, bumvirize inkuru z’ibinyoma. Tito 1:13, 14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Ukwo ni ukuri. Ni co gituma ukwiye kuguma ubakosora ushimitse kugira bagire amagara meza mu kwizera, 14 ntibumvirize ibitito vy’Abayuda n’amabwirizwa y’abantu bata ukuri.
7 Mugabo wamirire kure za nkuru z’ikinyoma zitukisha Imana+, nka zimwe zivugwa n’abatamakazi. Ariko wimenyereze ufise intumbero yo kwihebera Imana.
3 Kuko hazoshika igihe aho abantu batazokwihanganira ya nyigisho ngirakamaro*+. Ahubwo bazokwisunga ivyipfuzo vyabo bironderere abigisha babagaza amatwi*+. 4 Bazokwica amatwi ngo ntibumve ukuri, bumvirize inkuru z’ibinyoma.
13 Ukwo ni ukuri. Ni co gituma ukwiye kuguma ubakosora ushimitse kugira bagire amagara meza mu kwizera, 14 ntibumvirize ibitito vy’Abayuda n’amabwirizwa y’abantu bata ukuri.