ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 22:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Maze umugabo yitwa Ananiya yubaha Imana nk’uko amategeko abisaba, akaba yavugwa neza n’Abayuda bose babayo,

  • 1 Abatesalonika 4:11, 12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Mwiyemeze kubaho mutekanye+ no kuraba ivyanyu bwite+ no gukoresha amaboko yanyu+, nk’uko twabibasavye 12 kugira ngo mwigenze mu buryo bubereye imbere y’abantu bo hanze y’ishengero+, ata co mukena.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika