ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Timoteyo 6:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Ewe Timoteyo, rinda ico wajejwe+, wamirire kure amajambo ata co amaze atukisha ibintu vyeranda, be n’ivyiyumviro bivuguruzanya vyitwa ngo ni «ubumenyi+.»

  • 2 Timoteyo 2:16-18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Mugabo wamirire kure amajambo ata co amaze atukisha ibintu vyeranda+, kuko atuma* abantu barushiriza kutubaha Imana, 17 kandi ayo majambo azokwiragira nk’igisebe kiboze. Mu bayakwiragiza harimwo Himenayo na Fileto+. 18 Abo bantu barataye ukuri, bakaba bavuga ko izuka rimaze kuba+, kandi bariko baratembagaza ukwizera kwa bamwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika