1 Abakorinto 9:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Abantu bose bari mw’ihiganwa* barigumya muri vyose. Mu bisanzwe babigira kugira baronke urugori rubora+, mugabo twebwe tubigira kugira turonke urutabora+.
25 Abantu bose bari mw’ihiganwa* barigumya muri vyose. Mu bisanzwe babigira kugira baronke urugori rubora+, mugabo twebwe tubigira kugira turonke urutabora+.