11 Ariko Farawo aca atumako abantu b’incabwenge n’abapfumu. Abaherezi bakora ivy’amageza bo mu Misiri+ baca bagira nk’ivyo nyene bakoresheje ubupfumu bwabo+: 12 umwe wese aterera hasi inkoni yiwe, zica zihinduka ibiyoka bininibinini. Mugabo ya nkoni ya Aroni ica imira inkoni zabo.