Ivyakozwe 13:50 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 50 Mugabo Abayuda bagumura abagore b’abanyacubahiro batinya Imana be n’abantu bakurubakuru bo mu gisagara, hanyuma batangura guhama+ Pawulo na Barunaba maze babaterera inyuma y’akarere kabo.
50 Mugabo Abayuda bagumura abagore b’abanyacubahiro batinya Imana be n’abantu bakurubakuru bo mu gisagara, hanyuma batangura guhama+ Pawulo na Barunaba maze babaterera inyuma y’akarere kabo.