Abanyefeso 6:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Yemwe bashumba, nimugamburukire ba shobuja+ bo kw’isi* nk’abagamburukira Kristu, mutinya kandi mujugumira, ata buryarya mufise mu mitima yanyu. 1 Timoteyo 6:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Abashumba* nibagume babona ko ba shebuja babereye kwubahwa rwose+, kugira ngo izina ry’Imana n’inyigisho yayo ntivyigere bivugwa nabi+. 1 Petero 2:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Abasuku nibayobokere ba shebuja babigiranye icubahiro babereye+. Ntibabigire gusa ku bameze neza kandi batarenza urugero, ariko babigire no ku bagoye gushimisha.
5 Yemwe bashumba, nimugamburukire ba shobuja+ bo kw’isi* nk’abagamburukira Kristu, mutinya kandi mujugumira, ata buryarya mufise mu mitima yanyu.
6 Abashumba* nibagume babona ko ba shebuja babereye kwubahwa rwose+, kugira ngo izina ry’Imana n’inyigisho yayo ntivyigere bivugwa nabi+.
18 Abasuku nibayobokere ba shebuja babigiranye icubahiro babereye+. Ntibabigire gusa ku bameze neza kandi batarenza urugero, ariko babigire no ku bagoye gushimisha.