Yohani 1:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Nuko Jambo acika umuntu+, araheza abana natwe, kandi twaritegereje ubuninahazwa bwiwe, ubuninahazwa bumeze nk’ubwo umwana w’ikinege+ ahabwa na se. Yari yuzuye ubuntu bw’Imana* hamwe n’ukuri. Abaroma 8:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Kuko abo yitwararitse ubwa mbere yabagenye kandi imbere y’igihe ngo bamere nk’Umwana wayo*+, kugira abe imfura+ mu bavukanyi biwe+ benshi. Abakolosayi 1:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Ni we shusho y’Imana itaboneka+, imfura mu vyaremwe vyose+.
14 Nuko Jambo acika umuntu+, araheza abana natwe, kandi twaritegereje ubuninahazwa bwiwe, ubuninahazwa bumeze nk’ubwo umwana w’ikinege+ ahabwa na se. Yari yuzuye ubuntu bw’Imana* hamwe n’ukuri.
29 Kuko abo yitwararitse ubwa mbere yabagenye kandi imbere y’igihe ngo bamere nk’Umwana wayo*+, kugira abe imfura+ mu bavukanyi biwe+ benshi.