Abalewi 16:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Yehova abarira Musa ati: «Bwira Aroni mwenewanyu ntaze arinjira umwanya wose ahantu heranda+ inyuma y’irido+, imbere y’umufuniko wa ya sandugu, kugira ntapfe+ kuko nzokwiyerekana ndi mu gicu+ hejuru y’uwo mufuniko+. Abalewi 16:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Iryo ni itegeko ryamaho kuri mwebwe+ kugira mutangire impongano Abisirayeli rimwe mu mwaka, baheze bakurweko ivyaha vyabo vyose+.» Aroni araheza akora nk’uko Yehova yari yategetse Musa.
2 Yehova abarira Musa ati: «Bwira Aroni mwenewanyu ntaze arinjira umwanya wose ahantu heranda+ inyuma y’irido+, imbere y’umufuniko wa ya sandugu, kugira ntapfe+ kuko nzokwiyerekana ndi mu gicu+ hejuru y’uwo mufuniko+.
34 Iryo ni itegeko ryamaho kuri mwebwe+ kugira mutangire impongano Abisirayeli rimwe mu mwaka, baheze bakurweko ivyaha vyabo vyose+.» Aroni araheza akora nk’uko Yehova yari yategetse Musa.