Abaheburayo 7:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Kuko ata kintu na kimwe cabaye ikitagira akanenge biciye ku mategeko+. Mugabo icizigiro ciza kuruta+ duhabwa n’Imana carabishitseko, kandi biciye kuri co turiko turegera Imana+. Abaheburayo 9:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Iryo hema rigereranya ivy’iki gihe+, kandi biciye kuri iyo ntunganyo, amashikanwa n’ibimazi biratangwa+. Ariko ivyo ntibishobora gutuma uwukora igikorwa ceranda agira ijwi ryo mu mutima ritagira akanenge+.
19 Kuko ata kintu na kimwe cabaye ikitagira akanenge biciye ku mategeko+. Mugabo icizigiro ciza kuruta+ duhabwa n’Imana carabishitseko, kandi biciye kuri co turiko turegera Imana+.
9 Iryo hema rigereranya ivy’iki gihe+, kandi biciye kuri iyo ntunganyo, amashikanwa n’ibimazi biratangwa+. Ariko ivyo ntibishobora gutuma uwukora igikorwa ceranda agira ijwi ryo mu mutima ritagira akanenge+.