ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 40:6-8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  6 Ibimazi n’amashikanwa ntiwabishatse*+,

      ahubwo wuguruye amatwi yanje kugira yumve+.

      Ntiwasavye amashikanwa aturirwa n’amashikanwa y’igicumuro+.

       7 Ndaheza mvuga nti: «Ehe ndaje.

      Ni ko vyanditswe mu muzingo* ku binyerekeye+.

       8 Ewe Mana yanje, gukora ivyo ugomba birampimbara*+,

      kandi itegeko ryawe riri muri jewe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika