Abakolosayi 3:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Ico mukora cose mugikorane umutima wanyu wose, nk’abakorera Yehova*+, atari nk’abakorera abantu, 1 Timoteyo 6:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Ubabwire gukora iciza, kuba abatunzi mu bikorwa vyiza, kuba abantu batanga cane, biteguriye gusangira n’abandi+.
18 Ubabwire gukora iciza, kuba abatunzi mu bikorwa vyiza, kuba abantu batanga cane, biteguriye gusangira n’abandi+.