Itanguriro 6:8, 9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ariko Nowa we Yehova aramushima. 9 Iyi ni inkuru yigana kahise ka Nowa. Nowa yari umugororotsi+. Ugereranije n’abantu bo mu gihe ciwe*, wewe yari intungane*. Nowa yagendana n’Imana y’ukuri+.
8 Ariko Nowa we Yehova aramushima. 9 Iyi ni inkuru yigana kahise ka Nowa. Nowa yari umugororotsi+. Ugereranije n’abantu bo mu gihe ciwe*, wewe yari intungane*. Nowa yagendana n’Imana y’ukuri+.