Itanguriro 12:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Yehova abwira Aburamu ati: «Va mu gihugu cawe, mu ncuti zawe no mu muryango wawe, uje mu gihugu nzokwereka+. Itanguriro 12:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Aburamu aca aragenda nk’uko Yehova yari yamubwiye, na Loti ajana na we. Aburamu yari afise imyaka 75 igihe yava i Harani+.
12 Yehova abwira Aburamu ati: «Va mu gihugu cawe, mu ncuti zawe no mu muryango wawe, uje mu gihugu nzokwereka+.
4 Aburamu aca aragenda nk’uko Yehova yari yamubwiye, na Loti ajana na we. Aburamu yari afise imyaka 75 igihe yava i Harani+.