Itanguriro 17:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Uruvyaro rwawe nzorugwiza cane, cane rwose. Nzotuma uvamwo amahanga menshi, kandi abami bazogukomokako+. Itanguriro 26:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Nube muri iki gihugu uri umunyamahanga+, nanje nzogumana nawe nongere nguhezagire, kuko ibi bihugu vyose nzobiha wewe n’uruvyaro* rwawe+. Nzoshitsa indahiro narahiye so wawe Aburahamu+ nti: Itanguriro 28:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Abona kandi Yehova ari hejuru yayo, maze abwira Yakobo ati: «Ndi Yehova Imana ya Aburahamu sokuru wawe n’Imana ya Izahaki+. Iki gihugu uryamyeko nzokiguha mwe n’uruvyaro* rwawe+.
6 Uruvyaro rwawe nzorugwiza cane, cane rwose. Nzotuma uvamwo amahanga menshi, kandi abami bazogukomokako+.
3 Nube muri iki gihugu uri umunyamahanga+, nanje nzogumana nawe nongere nguhezagire, kuko ibi bihugu vyose nzobiha wewe n’uruvyaro* rwawe+. Nzoshitsa indahiro narahiye so wawe Aburahamu+ nti:
13 Abona kandi Yehova ari hejuru yayo, maze abwira Yakobo ati: «Ndi Yehova Imana ya Aburahamu sokuru wawe n’Imana ya Izahaki+. Iki gihugu uryamyeko nzokiguha mwe n’uruvyaro* rwawe+.