Abaheburayo 11:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Mugabo ubu bariko barondera gushikira ahantu heza kuruta, ni ukuvuga ahantu hegukira ijuru. Ni co gituma Imana idaterwa isoni na bo, ngo iterwe isoni no kwambazwa nk’Imana* yabo+, kuko yabateguriye igisagara+.
16 Mugabo ubu bariko barondera gushikira ahantu heza kuruta, ni ukuvuga ahantu hegukira ijuru. Ni co gituma Imana idaterwa isoni na bo, ngo iterwe isoni no kwambazwa nk’Imana* yabo+, kuko yabateguriye igisagara+.